Passer au contenu principal

CENI – Commission Electorale Nationale Indépendante du Burundi

BURUNGA :umurwi w’Igihugu ujejwe amatora CENI, bagiranye inama naberwa n’amatora bose mu ntumbero kurabira hamwe ibibanza vy’iyandikwa n’ivyitora mu ma komine  agize iyo ntara.

Kumunsi ugira Kane,abagize umurwi w’Igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI wabandanije kuri uyu wakane igenekerezo rya 20 Myandagaro 2026 igikorwa co kwerekana ibibanza vyategekanijwe kuzoberako iyandikwa hamwe n’ibibanza vy’itora muntara ya BURUNGA. Ijambo ryo kwakira abashitsi,Buramatari w’iyo ntara, Parfait MBONINYIBUKA akaba yasavye abanyaburunga kuzokwitera iteka mugufasha mubikorwa vyogutegura iryo tora mumahoro n’umutekano.Uwurongoye umurwi CENI, Prosper NTAHORWAMIYE […]

GITEGA :umurwi w’Igihugu ujejwe amatora CENI, bagiranye inama naberwa n’amatora bose mu ntumbero kurabira hamwe ibibanza vy’iyandikwa n’ivyitora mu ma komine  agize iyo ntara.

Abagize umurwi w’Igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI babandanije kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 19 Myandagaro 2026 igikorwa co kwerekana ibibanza bizoberamwo iyandikwa hamwe n’ahazobera itora ry’Umukuru w’Igihugu ryo mu 2027. Abitavye iyo nama bakaba bakengurukiye umurwi CENI ukungene watunganije ico gikorwa. Uwurongoye umurwi CENI Prosper NTAHORWAMIYE, akaba yatekereye impanuro kuzoshiraho intahe ishize mukwemera ibizoba […]

BUHUMUZA :umurwi w’Igihugu ujejwe amatora CENI, bagiranye inama naberwa n’amatora bose mu ntumbero kurabira hamwe ibibanza vy’iyandikwa n’ivyitora mu ma komine  agize iyo ntara.

kumunsi ugira kabiri,abagize umurwi CENI bagirishije inama kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 18 Myandagaro 2026 abegwa bose n’itora ry’Umukuru w’Igihugu ryo 2027 bomuntara ya BUHUMUZA muntumbero yokurabirahamwe ko ibibanza vy’iyandikwa n’itora vyategekanijwe atagatosi karimwo. Mw‘ijambo ryo kwakira abashitsi, Buramatari w’iyo ntara ya Buhumuza Denise Ndaruhekere akaba yamenyeshejeko muntara arongoye umutekano ukwiye, ati ntankeka Ko itora […]

BUTANYERERA:Umurwi w’Igihugu ujejwe gutunganya amatora CENI bagiranye inama naberwa n’amatora bose mu ntumbero kurabira hamwe ibibanza vy’iyandikwa n’ivyitora mu ma komine 8 agize iyo ntara.

Abarongoye umurwi w’Igihugu ujejwe amatora CENI, bagiranye inama kuri uyu wambere igenekerezo rya 17 Myandagaro 2026 kumurwa mukuru w’intara ya Butanyerera abegwa n’itora ry’Umukuru w’Igihugu ryo mu 2027 bose harimwo abajejwe intwaro uhereye kuri Buramatari,abajejwe umutekano,abanyamigambwe,abanyamadini,abarongoye amashirahamwe adaharanira inyungu za politike n’abarongoye indero mumakomine. Uwurongoye umurwi CENI,Prosper Ntahorwamiye yamenyeshejeko intumbero y’iyo nama kwari ukurabira hamwe […]

UKURAHIRA IMBERE YABAGIZE I BIRO VYA CENI

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 16 Mukakaro 2026 niho harahira uwuri mubagize umurwi CEPI mushasha muntara ya Gitega. BARANYEDETSE Claudine akaba asubiriye uwuherutse kugenwa muyandi mabanga y’Igihugu.Hisunzwe itegeko no 002/CENI/2026 ryo kuwa 14/7/2026 rishiraho abaserukira umurwi CENI muntara muntumbero yogutegura itora ryo 2027,imbere y’abagize ibiro vya CENI,afashe idarapo ry’Igihugu n’ukuboko kw’ibubamfu, ukw’iburyo hejuru, yarahiye […]

FORMATION DES MEMBRES DES CEPI PAR LA CENI

La Commission Electorale Nationale Indépendante (CENI) a organisé depuis ce mardi 23 Juin 2026 une formation de 4 jours à l’endroit de 52 membres des CEPI au terme de leur prestation de serment. Cette formation se déroule à Bujumbura, Donatus Conference Center. Dans son allocution,le Président de la CENI Prosper Ntahorwamiye a demandé aux bénéficiaires […]

ABAGIZE IMIRWI Y’IGIHUGU YIGENGA IJEJWE GUTUNGANYA AMATORA MUNTARA (CEPI) BARAHIYE IMBERE Y’ABAGIZE IBIRO VYA CENI

Kuri uyu wa 2 igenekerezo rya 23 Ruheshi 2026 niho abagize umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya amatora muntara zitanu zigize Uburundi uko ari 52 barahira imbere y’abagize ibiro vya CENI. Bafashe ibendera ry’Igihugu n’ukuboko kw’ibubamfu,ukuboko kw’iburyo kuri hejuru.Barahira bavuga bati:  » JEWE NAKA NDARAHIYE KO NZOKWITWARARIKA N’UMUTIMA WANJE WOSE KANDI ATAHO MPENGAMIYE IGIKORWA CO GUCUNGERA KO […]

PRESENTATION DES MEMBRES DE LA CEPI BUJUMBURA

La Commission Electorale Nationale Indépendante CENI a clôturé ce lundi 15 Juin 2026 au Chef lieu de la Province Bujumbura l’activité de la présentation des membres des CEPI dans les 5 Provinces du Burundi. Les  membres de la CEPI Bujumbura sont les suivants:1.NGENDAMBIZI Egide: Président, Hutu ( CNDD-FDD)2.NDAYIZEYE Fabiola : Vice-Président, Tutsi ( Adm/MSP INKINZO)3.NIMBONA […]

PRESENTATION DES MEMBRES DE LA CEPI BURUNGA

Au quatième jour, la CENI a présenté ce vendredi, 12 Juin 2026 les membres de la CEPI BURUNGA dont les noms suivent:1.NAHABANDI Philémon: Président,Hutu ( CNDD-FDD)2.BUKEYENEZA Amie Clairia: Vice-Président, FPN IMBONEZA)3.CIZA Gilbert : Chargé du matériel, Hutu (CNDD-FDD)4.NIYOKWIZERA Annociatte: Membre, Tutsi ( CNDD-FDD)5.NIYUHIRE James : Membre, Hutu ( MI/CENI)6.NDIZEYE Jacqueline: Membre, Hutu ( Adm/CNDD-FDD)7.KARABASHINZE Léonidas […]

PRESENTATION DES MEMBRES DE LA CEPI BUHUMUZA

Au troisième jour de la présentation des membres des Commissions Electorales Provinciales Indépendantes, la CENI a présenté ce jeudi, 11 Juin 2026 les 9 membres de la CEPI BUHUMUZA dont les noms suivent:1.NDAYISENGA Evelyne: Président, Tutsi ( CNDD-FDD)2.NKURUNZIZA Ferdinand: Vice-Président,Hutu ( Adm/APDR)3.KABURABURYO Cyriaque: Chargé du matériel,Hutu ( CNDD-FDD)4.NTAHONDI Godefroid : Membre,Hutu ( CNDD-FDD)5.NAHIMANA Réverien : […]