
Kuri uyu wa 2 igenekerezo rya 23 Ruheshi 2026 niho abagize umugwi w’Igihugu ujejwe gutunganya amatora muntara zitanu zigize Uburundi uko ari 52 barahira imbere y’abagize ibiro vya CENI. Bafashe ibendera ry’Igihugu n’ukuboko kw’ibubamfu,ukuboko kw’iburyo kuri hejuru.Barahira bavuga bati:
» JEWE NAKA NDARAHIYE KO NZOKWITWARARIKA N’UMUTIMA WANJE WOSE KANDI ATAHO MPENGAMIYE IGIKORWA CO GUCUNGERA KO AMATORA AGENDA NEZA NO GUHARURA AMAJWI NK’UKO ARI ».

CEPI BUJUMBURA

CEPI BURUNGA

CEPI BUHUMUZA

CEPI BUTANYERERA

CEPI GITEGA