Passer au contenu principal

CENI – Commission Electorale Nationale Indépendante du Burundi

Kuri uyu wagatanu igenekerezo rya 13 Munyonyo 2026 niho hatangura mumurwi CENI igikorwa cokwakira dosiye z’abazohiganwa mw’itora ry’Umukuru w’Igihugu rizoba kuwa 03 Rusama 2027.

Umukandida yatanzwe n’Umugambwe w’abadasigana UPRONA Abel Gashatsi.Akaba yashimiye umurwi CENI ukungene uriko urakora.Akavugako yiteguriye guhiganwa n’iyindi migambwe.